#FBI mu matohoza akomeye ku busuma bw’amabanga yayo bwabaye mu mashini nyabwonko zayo
FBI ivuga ko iri mu matohoza akomeye cane ku kungene aba-hackers binjiye mu mashini zayo bakiba amabanga bwite y’abakozi bose b’uru rwego.